Bang Media

Shakisha

FILM NYARWANDA

Ese umukunzi wawe ukunda cyane mutarashakana wumva mwakorana imibonano mpuzabitsina?

Ese umukunzi wawe ukunda cyane mutarashakana wumva mwakorana imibonano mpuzabitsina? utubwire ni mpamvu ari oya cg yego?

Shyiraho Igitekerezo!

Related Posts by Categories



1 comments:

J Claude Sibomana said...

oya, kuberako muba ataho muragera kd mutarabimenyesha abandi ko murabakunzi. bishitse mukabihuza mushobora guhura nibibazo vyokwanduzanya ingwara canke mugaterana inda mugaca mutangura kurabana ribi ndets hakabaho nokwihakana undi kuko ntavyabona muba mufise nyene muba mwabikoze mukinyegero. ikindi naco umuntu agira abakunzi benshi mugihe atarashaka uwobabana munzu ubwo rero agize ngo aze araryamana nuwariwe wese murumvako ataco yovamwo kuko zoza kurushinga yarashaje mumubiri atangumvu agisigiranye zokunezereza uwo bagiye kubana

Post a Comment

 

Ubuzima

Urwego