Bang Media

FILM NYARWANDA

President Trump mu Nama yo Kugwanya Iterabwoba i Paris

Perezida wa Amerika Donald Trump yashitse I Paris mu Bufaransa kuri uno musi wa kane. We na mugenzi we Prezida Emmanuel Macron bagiye kuganira ku migambi yo kugwanya iterabwoba. Haciye umwaka Perezida Trump avuze kw’igisagara ca Paris kirimwo akajagari kenshi mumutekano waco kandi ko hateye ubwoba, kubera hagirigwayo ibitero vy’iterabwoba. Mu misi ya vuba naho, … Continue reading President Trump mu Nama yo Kugwanya Iterabwoba i Paris

from Urwego http://ift.tt/2sUjeud

Shyiraho Igitekerezo!

Related Posts by Categories



0 comments:

Post a Comment